Yesaya 43:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+. Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”