ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Iminyuro ya Yehova yose ni ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuri

      Ku bw’abubahiriza isezerano ryiwe+ n’ivyibutsa vyiwe+.

  • Zaburi 108:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwinshi gushika mu majuru+,

      Ukuri kwawe na kwo gushika mu birere+.

  • Zaburi 138:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,

      Kandi nzohaya izina ryawe+,

      Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.

      Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ wa mushumba w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bati:

      “Ibikorwa vyawe birakomeye kandi ni agatangaza+, Yehova Mana, Mushoboravyose+. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika