Itanguriro 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baravuga bati: “Ingo twiyubakire igisagara be n’umunara w’isonga rishika mu majuru+, twiheshe izina rurangiranwa+, kugira ntiduhave dusanzara ku buringanire bwose bw’isi+.” Zaburi 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyago vyiwe bizomusubira ku mutwe+,Kandi ubukazi bwiwe buzomanuka ku rutwariro rwiwe+. Zaburi 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko baguhererejeko ibibi+;Biyumviriye ivyiyumviro badashobora kurangura+. Zaburi 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Guma ucereje imbere ya Yehova+,Umurindire ubishashaye+.Nturungure kubera uwutuma inzira yiwe iroranirwa+,Kubera umuntu ashitsa ivyiyumviro afise+. Imigani 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umubisha azofatwa n’amakosa yiwe bwite+, kandi azocakirirwa mu migozi y’igicumuro ciwe+. Imigani 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwimba icobo azogwa muri co+, kandi uwutembagaza ibuye, rizomugarukako+. Ivyahishuwe 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abo bafise iciyumviro kimwe, gutyo bagaha ubushobozi bwabo n’ububasha bwabo ca gikoko+.
4 Baravuga bati: “Ingo twiyubakire igisagara be n’umunara w’isonga rishika mu majuru+, twiheshe izina rurangiranwa+, kugira ntiduhave dusanzara ku buringanire bwose bw’isi+.”
7 Guma ucereje imbere ya Yehova+,Umurindire ubishashaye+.Nturungure kubera uwutuma inzira yiwe iroranirwa+,Kubera umuntu ashitsa ivyiyumviro afise+.