Zaburi 53:1 Bibiliya y’isi nshasha 53 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:“Yehova nta wuriho+.”Barikwegeye guhona, bakoze ibiteye ishishi mu kutagororoka+;Nta n’umwe ariho akora iciza+. 2 Petero 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko bavuga amajambo yo kwishira hejuru ata co amaze, kandi biciye ku vyipfuzo vy’umubiri+ no ku ngeso z’ubushirasoni bararyosharyosha+ abakiva mu vyara+ vy’abantu bagendera mu buzimire.
53 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:“Yehova nta wuriho+.”Barikwegeye guhona, bakoze ibiteye ishishi mu kutagororoka+;Nta n’umwe ariho akora iciza+.
18 Kuko bavuga amajambo yo kwishira hejuru ata co amaze, kandi biciye ku vyipfuzo vy’umubiri+ no ku ngeso z’ubushirasoni bararyosharyosha+ abakiva mu vyara+ vy’abantu bagendera mu buzimire.