ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ngo umushireko ijisho buri gitondo,

      Ngo ugume umugeza umwanya wose+?

  • Zaburi 94:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hahiriwe umuntu w’umugabo ukosora, ewe Ya+,

      Uwo wigisha ivyo mw’itegeko ryawe+,

  • Abaheburayo 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 mugabo mwaribagiye buhere kwa guhimiriza kubabwira nk’abana+ ngo: “Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova, canke ngo udendebukirwe igihe ukosowe na we+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika