-
Daniyeli 3:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Ni ho Nebukadinezari yaca araka bimwe bibi, mu maso hiwe harahinduka ku bijanye na Shaduraki na Meshaki na Abedinego. Ni kwo kuvuga ko bashusha rya tanure incuro indwi kurusha uko bari basanzwe barishusha.
-