Gusubira mu vyagezwe 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibuka imisi ya kera+,Rimbura imyaka yo hambere uva kw’iyaruka uja ku rindi;Baza so, arakwiganira+;Abatama bawe, barabikubwira+. Zaburi 143:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+. Yesaya 51:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+? Yesaya 63:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.
7 Ibuka imisi ya kera+,Rimbura imyaka yo hambere uva kw’iyaruka uja ku rindi;Baza so, arakwiganira+;Abatama bawe, barabikubwira+.
5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+.
9 Ikangure, ikangure, ambara inkomezi+, ewe kuboko kwa Yehova+! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu mayaruka yo mu bihe vyahise+. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu+, ugacumita ca gikoko amahero co mu kiyaga+?
9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.