Zaburi 31:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo jewe, igihe nata umutwe navuze+ nti:“Nta kabuza ndatikizwa mve mu maso yawe+.”Ni ukuri warumvise ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe nagutabaza+.
22 Nayo jewe, igihe nata umutwe navuze+ nti:“Nta kabuza ndatikizwa mve mu maso yawe+.”Ni ukuri warumvise ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe nagutabaza+.