Zaburi 119:171 Bibiliya y’isi nshasha 171 Iminwa yanje nidudubize ishemezo+,Kuko unyigisha ingingo nyobozi zawe+. Imigani 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kugira ngo atahure umugani n’ijambo rizazanye+, amajambo y’abantu b’inkerebutsi+ n’ubupfindo bwabo+. Imigani 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Amajambo y’akanwa k’umuntu ni amazi ari kure epfo+. Iriba ry’ubukerebutsi ni uruzi rw’isumo rududubiza+. Ezekiyeli 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, pfinda agapfindo+, utunganye imvugo y’akagani ku nzu ya Isirayeli+.
6 kugira ngo atahure umugani n’ijambo rizazanye+, amajambo y’abantu b’inkerebutsi+ n’ubupfindo bwabo+.
4 Amajambo y’akanwa k’umuntu ni amazi ari kure epfo+. Iriba ry’ubukerebutsi ni uruzi rw’isumo rududubiza+.