ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 63:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Umutima wanje uhāze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi, emwe, ikinure+,

      Akanwa kanje na ko gashikana ishemezo gakoresheje iminwa yuzuye akamo k’umunezero+.

  • Zaburi 71:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,

      Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.

  • Zaburi 145:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,

      Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+.

  • Yohani 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika