ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Canke hari aho Imana yagerageje kuza gutora ihanga ngo iryizaneko irikuye hagati y’irindi hanga biciye ku bihinyuza+, ku bimenyetso+ no ku bitangaro+ no ku ntambara+ no ku kiganza gikomeye+ no ku kuboko kuramvuye+ no ku bubasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, nka bimwe vyose Yehova Imana yanyu yabakorera mu Misiri mu maso yawe?

  • Nehemiya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze utanga ibimenyetso n’ibitangaro kuri Farawo n’abasuku biwe bose n’abantu bose bo mu gihugu ciwe+, kuko wari uzi ko bitaye imbere mu kubarwanya+; maze wihesha izina+ nk’uko biri uyu musi.

  • Zaburi 105:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ahindura amazi yabo amaraso+,

      Yica amafi yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika