Kuvayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri. Zaburi 105:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Imvura zabo z’isegenya azigira urubura+,Umuriro ururumba ku gihugu cabo+.
23 Nuko Musa aramvura inkoni yiwe ayerekeza mu majuru; maze Yehova arekura imituragaro n’urubura+, umuriro na wo ushungurukira kw’isi, Yehova aguma agwisha urubura ku gihugu ca Misiri.