ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko Samweli yumviriza amajambo yose y’abo bantu; maze ayavugira mu matwi ya Yehova+.

  • Zaburi 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yehova azokwumva koko ugusaba ubutoni kwanje+;

      Yehova ubwiwe azokwemera isengesho ryanje+.

  • Zaburi 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko umworo atazokwama yibagirwa+,

      Eka n’icizigiro c’abatekereza ntikizokwigera gihona+.

  • Zaburi 102:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ntazobura guhindukira ngo yumve isengesho ry’abakobwe ibintu vyose+,

      Kandi ntazosuzugura isengesho ryabo+.

  • Imigani 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.

  • 1 Petero 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”

  • 1 Yohani 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika