ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Icipfuzo c’abatekereza ntuzobura kucumva+, Yehova we!

      Uzotegura umutima wabo+.

      Uzokwumviriza n’ugutwi kwawe+,

  • Zaburi 34:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,

      Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.

  • Matayo 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko umuntu wese asaba ahabwa+, n’uwurondera wese aronka, kandi umuntu wese adodora azokwugururirwa.

  • 1 Petero 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika