ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ewe Yehova Mana ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli ba sogokuruza bacu+, nuzigame ivyo gushika igihe kitagira urugero nk’impengamiro y’ivyiyumviro vy’umutima w’abantu bawe+, werekeze umutima wabo kuri wewe+.

  • 2 Ngoma 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ukuboko kw’Imana y’ukuri kuba no muri Yuda kugira kubahe umutima umwe+ ngo bashitse ibwirizwa+ ry’umwami n’abaganwa ku bijanye n’ibintu vya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika