Abacamanza 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Gutyo Midiyani+ imarwa igabo imbere ya bene Isirayeli, ntibongera kuduza umutwe; kandi igihugu kimara imyaka mirongo ine kitongeye guhungabana, mu misi ya Gideyoni+. Yesaya 37:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
28 Gutyo Midiyani+ imarwa igabo imbere ya bene Isirayeli, ntibongera kuduza umutwe; kandi igihugu kimara imyaka mirongo ine kitongeye guhungabana, mu misi ya Gideyoni+.
23 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!