Zaburi 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.” Zaburi 119:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo nibinzeko, ewe Yehova+,Ubukiriro bwawe bunzeko nk’uko ijambo ryawe riri+,
23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.”
41 Ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo nibinzeko, ewe Yehova+,Ubukiriro bwawe bunzeko nk’uko ijambo ryawe riri+,