ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 51:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.

      Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.

  • Zaburi 85:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ewe Yehova, twereke ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,

      Uduhe ubukiriro bwawe+.

  • Zaburi 90:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mu gitondo nuduhaze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,

      Kugira ngo twihe akamo k’umunezero, tunezerwe mu misi yacu yose+.

  • Zaburi 106:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nunyibuke, ewe Yehova, unyibukishe bwa butoni ugirira abantu bawe+.

      Nunyitwararikishe ubukiriro bwawe+,

  • Zaburi 119:76
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  76 Ndakwinginze ubuntu bwuzuye urukundo bwawe bube ubwo kumpoza+,

      Nk’uko ijambo ryawe wabwiye umusavyi wawe riri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika