Nehemiya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe Mana yanje, uze unyibuke+ ku bw’ivyo nagiriye aba bantu vyose+, ungirire iciza+. Zaburi 51:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mu butoni bwawe, girira neza Siyoni+;Ese wokwubaka impome za Yeruzalemu+. Zaburi 119:132 Bibiliya y’isi nshasha 132 Hindukirira kuri jewe, ungirire ubutoni+,Wisunze ingingo yawe y’ubutungane kuri barya bakunda izina ryawe+. Luka 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ubuninahazwa iyo hejuru+ mu majuru bube ubw’Imana, kw’isi na ho amahoro+ abe mu bantu ishima+.”
132 Hindukirira kuri jewe, ungirire ubutoni+,Wisunze ingingo yawe y’ubutungane kuri barya bakunda izina ryawe+.