Zaburi 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+. Zaburi 51:1 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+. Zaburi 63:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera ko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwiza kuruta ubuzima+,Iminwa yanje izogukeza+. Zaburi 85:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, twereke ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+,Uduhe ubukiriro bwawe+.
7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.
51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.