Rusi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova aguhembere ivyo ukora+, kandi Yehova Imana ya Isirayeli aguhe impembo itunganye+, uwo waje kuronderera ubuhungiro munsi y’amababa yiwe+.” Zaburi 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nunzigame nk’imbone y’ijisho+,Umpishe mu gitutu c’amababa yawe+, Zaburi 91:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.
12 Yehova aguhembere ivyo ukora+, kandi Yehova Imana ya Isirayeli aguhe impembo itunganye+, uwo waje kuronderera ubuhungiro munsi y’amababa yiwe+.”
4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.