Zaburi 87:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:“Uyu ni uwahavukiye+.” Abagalatiya 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo nk’uko ico gihe uwavutse mu buryo bw’umubiri yatanguye guhama+ uwavutse mu buryo bw’impwemu, n’ubu ni ukwo+.
4 Nzovuga ivya Rahabu+ na Babiloni+, ndabaharûre mu banzi;Ng’iyi Filisitiya+ na Tiro, kumwe na Kushi:“Uyu ni uwahavukiye+.”
29 Mugabo nk’uko ico gihe uwavutse mu buryo bw’umubiri yatanguye guhama+ uwavutse mu buryo bw’impwemu, n’ubu ni ukwo+.