1 Samweli 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+. Zaburi 145:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova arinda abamukunda bose+,Mugabo ababisha bose azobazimanganya+.
9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+.