1 Abami 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+. Zaburi 80:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uno uratinda urungika amashami yawo gushika ku kiyaga+,Iminago yawo na yo uyishikana kuri rwa Ruzi+.
21 Nayo Salomo, yari umutware aganza ubwami bwose, kuva kuri rwa Ruzi+ gushika mu gihugu c’Abafilisitiya no gushika ku rubibe rwa Misiri. Barazanira Salomo ingabirano bakongera bakamukorera mu misi yose y’ubuzima bwiwe+.
11 Uno uratinda urungika amashami yawo gushika ku kiyaga+,Iminago yawo na yo uyishikana kuri rwa Ruzi+.