ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Dawidi umwami arahaguruka hanyuma avuga ati:

      “Nimunyumve, bene wacu kandi bantu banje. Jewe naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira isandugu y’isezerano rya Yehova inzu y’uburuhukiro, ngo ibe intebe y’ibirenge+ vy’Imana yacu, kandi nari naragize imyiteguro yo kwubaka+.

  • Zaburi 132:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Twinjire mw’itaberenakulo yiwe ihambaye+;

      Twuname imbere y’intebe y’ibirenge vyiwe+.

  • Yesaya 66:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”

  • Ivyakozwe 7:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 ngo: ‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami+, isi na yo ikaba intebe y’ibirenge vyanje+. Ni inzu bwoko ki muzonyubakira?, ni ko Yehova avuga. Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo ni ikihe+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika