Zaburi 65:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hahiriwe uwo utora ukamwiyegereza+,Ngo yibere mu bigo vyawe+.Ntituzobura guhazwa n’ukumera neza kw’inzu yawe+,Ahantu heranda h’urusengero rwawe+. Zaburi 96:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+;Nimutware ingabirano mwinjire mu bigo vyiwe+.
4 Hahiriwe uwo utora ukamwiyegereza+,Ngo yibere mu bigo vyawe+.Ntituzobura guhazwa n’ukumera neza kw’inzu yawe+,Ahantu heranda h’urusengero rwawe+.