ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Imisi yanje ni nk’igitutu kiyonze+,

      Kandi jewe numye nk’ivyatsi+.

  • Zaburi 143:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Kandi umushaha wanje+ uradendebukiwe muri jewe;

      Hagati muri jewe, umutima wanje uratimvye+.

  • Yesaya 40:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika