Zaburi 102:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umutima wanje ukubiswe nk’ivyatsi kandi urumye+,Kuko nibagiye gufungura udufungurwa twanje+. Yesaya 40:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+. Yakobo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 n’umutunzi+ yiratire uguteterezwa kwiwe, kubera azohita nk’ishurwe ryo mu vyatsi+. 1 Petero 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “ibiri n’umubiri vyose bimeze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwavyo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu vyatsi+; ivyatsi biruma, nya shurwe na ryo rigahunguruka+,
7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+.
24 Kuko “ibiri n’umubiri vyose bimeze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwavyo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu vyatsi+; ivyatsi biruma, nya shurwe na ryo rigahunguruka+,