Zaburi 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nashize Yehova imbere yanje nantaryo+.Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa+. Zaburi 55:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+. Imigani 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nta muntu azoshimangirwa biciye ku bubisha+; mugabo imizi y’abagororotsi yoyo, ntizoterwa kudandabagirana+. 2 Petero 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku bw’ico ga bene wacu, murushirize gukora uko mushoboye kwose ngo mutume ihamagarwa+ ryanyu be n’itorwa+ ryanyu biba ibidakekeranywa kuri mwebwe; kuko nimwaguma mukora ivyo bintu mutazogenda muguye+.
22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+.
3 Nta muntu azoshimangirwa biciye ku bubisha+; mugabo imizi y’abagororotsi yoyo, ntizoterwa kudandabagirana+.
10 Ku bw’ico ga bene wacu, murushirize gukora uko mushoboye kwose ngo mutume ihamagarwa+ ryanyu be n’itorwa+ ryanyu biba ibidakekeranywa kuri mwebwe; kuko nimwaguma mukora ivyo bintu mutazogenda muguye+.