ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.

  • Zaburi 79:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ukuniha kw’imbohe nigushike n’imbere yawe+!

      Nk’uko ubukuru bw’ukuboko kwawe buri, nuzigame abagenewe urupfu+.

  • Yesaya 61:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika