ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ntuze ugunge umucangero ari mu ngorane kandi akaba mworo, yaba uwo muri bene wanyu canke muri ba kavamahanga bawe bari mu gihugu cawe, mu marembo yawe+.

  • Zaburi 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 “Kubera ukunyagwa kw’abarushwa, kubera ukuniha kw’aboro+,

      Ubu ho ngira mpaguruke,” ni ko Yehova avuga+.

      “Ngira ndamushire ahatagira inkomanzi, aho ata n’umwe amuhemerako+.”

  • Imigani 22:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kuko Yehova ubwiwe azoburana urubanza rwabo+, kandi ababambura ntazobura kubambura ubuzima+.

  • Yakobo 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Raba! Impembo y’abakozi bimbuye imirima yanyu mugabo mukayigumya+ iguma isemerera+, kandi ugutaka+ kw’abashwabuzi kwashitse mu matwi+ ya Yehova nyen’ingabo*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika