Zaburi 37:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ariko abagabitanya bazozimanganirizwa icarimwe ata kabuza+;Kazoza k’ababisha kazorandurwa koko+. Zaburi 101:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Buri gitondo nzonumya ababisha bose bo kw’isi+,Kugira ndandure mu gisagara+ ca Yehova abakora ibibabaza bose+. Imigani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo ababisha, bazokurwaho bave kw’isi+; nayo abahemu, bazorandurwa kuri yo+.
8 Buri gitondo nzonumya ababisha bose bo kw’isi+,Kugira ndandure mu gisagara+ ca Yehova abakora ibibabaza bose+.