Kuvayo 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi bene Isirayeli baguma bababwira ngo: “Iyo dupfuma twicwa+ n’ukuboko kwa Yehova mu gihugu ca Misiri tuciteretse za nkono z’inyama+, tucirira umukate tugahaga, kuko mwatuzanye muri aka gahinga kugira mwicishe ikigoyi iri shengero ryose+.” Gucura intimba 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Haguruka! Anīra mw’ijoro, mu ntango y’amaterama+ yo mu gatondo.Suka umutima wawe+ nk’amazi imbere y’amaso+ ya Yehova.Duza ibiganza+ uvyerekeza kuri we kubera ubuzima bw’abana bawe,Bariko barabikwa n’ikigoyi mw’ihuriro ry’amabarabara yose+.
3 Kandi bene Isirayeli baguma bababwira ngo: “Iyo dupfuma twicwa+ n’ukuboko kwa Yehova mu gihugu ca Misiri tuciteretse za nkono z’inyama+, tucirira umukate tugahaga, kuko mwatuzanye muri aka gahinga kugira mwicishe ikigoyi iri shengero ryose+.”
19 Haguruka! Anīra mw’ijoro, mu ntango y’amaterama+ yo mu gatondo.Suka umutima wawe+ nk’amazi imbere y’amaso+ ya Yehova.Duza ibiganza+ uvyerekeza kuri we kubera ubuzima bw’abana bawe,Bariko barabikwa n’ikigoyi mw’ihuriro ry’amabarabara yose+.