Yesaya 51:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Abana bawe barávye+. Barambaraye ku mutwe w’amabarabara yose nk’intama y’inyeshamba mu rusenga+, nk’abuzuye ubushangashirwe bwa Yehova+, uguhambara kw’Imana yawe+.” Gucura intimba 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abagandaguwe n’inkota+ bobo vyopfuma kurusha abagandaguwe n’ikigoyi+,Kuko bano bagwabira, batobekeranijwe n’ukubura ivyimburwa vyo mu murima. Ezekiyeli 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ninabarungikako ya myampi mibi y’ikigoyi+, imwe yo guhonya, ya myampi nzorungika kubahonya+, emwe, nzokwongereza ikigoyi kuri mwebwe nongere mvune inkoni zanyu zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.
20 Abana bawe barávye+. Barambaraye ku mutwe w’amabarabara yose nk’intama y’inyeshamba mu rusenga+, nk’abuzuye ubushangashirwe bwa Yehova+, uguhambara kw’Imana yawe+.”
9 Abagandaguwe n’inkota+ bobo vyopfuma kurusha abagandaguwe n’ikigoyi+,Kuko bano bagwabira, batobekeranijwe n’ukubura ivyimburwa vyo mu murima.
16 “‘Ninabarungikako ya myampi mibi y’ikigoyi+, imwe yo guhonya, ya myampi nzorungika kubahonya+, emwe, nzokwongereza ikigoyi kuri mwebwe nongere mvune inkoni zanyu zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+.