Zaburi 68:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imana ituma inyakamwe zibera mu nzu+;Isohora imbohe ikaziha gutunganirwa bimwe bishitse+.Ariko intumva zozo, zibwirizwa kuba mu gihugu kibabutse+. Yesaya 49:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kugira ngo imbohe zibwirwe ngo+: ‘Nimusohoke+!’, abari mu mwiza na bo ngo+: ‘Nimwiyerekane+!’ Iruhande y’amayira ni ho bazorisha, ku minyuro yose inoze+. Abanyefeso 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco, 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
6 Imana ituma inyakamwe zibera mu nzu+;Isohora imbohe ikaziha gutunganirwa bimwe bishitse+.Ariko intumva zozo, zibwirizwa kuba mu gihugu kibabutse+.
9 kugira ngo imbohe zibwirwe ngo+: ‘Nimusohoke+!’, abari mu mwiza na bo ngo+: ‘Nimwiyerekane+!’ Iruhande y’amayira ni ho bazorisha, ku minyuro yose inoze+.
8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.