ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru.

  • Yohani 12:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Umwanya mugifise umuco, nimwizere umuco, kugira ngo mucike abana b’umuco+.”

      Yezu avuga ivyo bintu, aca aragenda, yinyegeza nya bantu.

  • 1 Yohani 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uwuvuga ko ari mu muco yamara akanka+ mwene wabo, ari mu mwiza gushika n’ubu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika