Yesaya 59:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma ubutungane bwagiye kure yacu, n’ubugororotsi ntibuduhamvye. Tuguma twiteze umuco, mugabo ehe, tubona umwiza; tuguma twiteze ukwakaka, mugabo twagumye tugendera mu muzimagiza w’urudaca+. 1 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi+ nkamenya n’amabanga meranda+ yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi+, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa+.
9 Ni co gituma ubutungane bwagiye kure yacu, n’ubugororotsi ntibuduhamvye. Tuguma twiteze umuco, mugabo ehe, tubona umwiza; tuguma twiteze ukwakaka, mugabo twagumye tugendera mu muzimagiza w’urudaca+.
2 Kandi naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi+ nkamenya n’amabanga meranda+ yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi+, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa+.