Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.” Luka 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Umukama avuga ati: “Hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu mukere wirabura muti: ‘Randuka uterwe mu kiyaga!’ kandi wobagamburukira+.
20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.”
6 Maze Umukama avuga ati: “Hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu mukere wirabura muti: ‘Randuka uterwe mu kiyaga!’ kandi wobagamburukira+.