Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.” Matayo 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yezu abishura ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Mufise ukwizera gusa kandi ntimukekeranye+, ntimuzokora ivyo nakoze kuri ico giti c’umusukoni vyonyene, mugabo kandi mubwiye uyu musozi muti: ‘Shinguka ujugunywe mu kiyaga,’ bizoba+. Mariko 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yezu amubwira ati: “Ugize ngo: ‘Nimba ushobora’! Erega vyose birashoboka ku wizeye+.” Mariko 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni ukuri, ndababwiye yuko uwo wese azobwira uyu musozi ati: ‘Shinguka utererwe mu kiyaga,’ kandi akaba adakekeranya mu mutima wiwe, mugabo akizera yuko ivyo avuze biba, bizomugendera kuno+.
20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.”
21 Yezu abishura ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Mufise ukwizera gusa kandi ntimukekeranye+, ntimuzokora ivyo nakoze kuri ico giti c’umusukoni vyonyene, mugabo kandi mubwiye uyu musozi muti: ‘Shinguka ujugunywe mu kiyaga,’ bizoba+.
23 Ni ukuri, ndababwiye yuko uwo wese azobwira uyu musozi ati: ‘Shinguka utererwe mu kiyaga,’ kandi akaba adakekeranya mu mutima wiwe, mugabo akizera yuko ivyo avuze biba, bizomugendera kuno+.