Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.” Matayo 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yezu abishura ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Mufise ukwizera gusa kandi ntimukekeranye+, ntimuzokora ivyo nakoze kuri ico giti c’umusukoni vyonyene, mugabo kandi mubwiye uyu musozi muti: ‘Shinguka ujugunywe mu kiyaga,’ bizoba+. Luka 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Umukama avuga ati: “Hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu mukere wirabura muti: ‘Randuka uterwe mu kiyaga!’ kandi wobagamburukira+. 1 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi+ nkamenya n’amabanga meranda+ yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi+, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa+.
20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.”
21 Yezu abishura ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Mufise ukwizera gusa kandi ntimukekeranye+, ntimuzokora ivyo nakoze kuri ico giti c’umusukoni vyonyene, mugabo kandi mubwiye uyu musozi muti: ‘Shinguka ujugunywe mu kiyaga,’ bizoba+.
6 Maze Umukama avuga ati: “Hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu mukere wirabura muti: ‘Randuka uterwe mu kiyaga!’ kandi wobagamburukira+.
2 Kandi naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi+ nkamenya n’amabanga meranda+ yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi+, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa+.