ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 146:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Umwe ashitsa urubanza ku bw’abagunzwe+,

      Umwe aha umukate abashonje+.

      Yehova arabohora ababoshwe+.

  • Yesaya 61:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+, kuko Yehova yandobanuje amavuta+ kugira ngo mbwire inkuru nziza abatekereza+. Yantumye gutubika abavunitse umutima+, gutangaza ukurekurwa ku batwawe ari imbohe+, n’uguhumurwa amaso rwose ku banyororo+;

  • Ivyakozwe 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko.

  • Ivyakozwe 16:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Bukwi na bukwi haba nyamugigima ikomeye, ku buryo imishinge y’ibohero inyiganyiga. Vyongeye, ako kanya nyene imiryango yose iruguruka, imvuto za bose ziratekuruka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika