Yobu 12:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Asuka agakengerwe ku banyacubahiro+,Umukanda w’abanyabubasha akawutuburura; Yeremiya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ‘Kuko nk’uko umukaba wumira mu mafyinga y’umuntu, ni ko natumye inzu yose ya Isirayeli n’inzu yose ya Yuda zumira kuri jewe+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo bambere igisata+, n’izina+, n’ishemezo be n’ikintu ciza; mugabo ntibagamburutse+.’
21 Asuka agakengerwe ku banyacubahiro+,Umukanda w’abanyabubasha akawutuburura; Yeremiya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ‘Kuko nk’uko umukaba wumira mu mafyinga y’umuntu, ni ko natumye inzu yose ya Isirayeli n’inzu yose ya Yuda zumira kuri jewe+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo bambere igisata+, n’izina+, n’ishemezo be n’ikintu ciza; mugabo ntibagamburutse+.’
11 ‘Kuko nk’uko umukaba wumira mu mafyinga y’umuntu, ni ko natumye inzu yose ya Isirayeli n’inzu yose ya Yuda zumira kuri jewe+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo bambere igisata+, n’izina+, n’ishemezo be n’ikintu ciza; mugabo ntibagamburutse+.’