Zaburi 18:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Imana y’ukuri ni yo inkenyeza cane inkomezi+,Kandi izoha inzira yanje kutagira akanenge+, Zaburi 118:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ya ni ubwugamo bwanje n’ubushobozi bwanje+,Kandi ambera ubukiriro+. Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
32 Imana y’ukuri ni yo inkenyeza cane inkomezi+,Kandi izoha inzira yanje kutagira akanenge+, Zaburi 118:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ya ni ubwugamo bwanje n’ubushobozi bwanje+,Kandi ambera ubukiriro+. Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”