ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Ubu rero nimwiyandikire uru ruririmbo+, urwigishe bene Isirayeli+. Rushire mu kanwa kabo kugira rumbere icabona co kwagiriza bene Isirayeli+.

  • Yosuwa 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 muze rero mubabwire muti: ‘Ni kubera yuko amazi ya Yorodani yagabuwemwo kubiri imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova+. Igihe isandugu yaca muri Yorodani, amazi ya Yorodani yaragabuwemwo kubiri, kandi aya mabuye abwirizwa kubera icibutso bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero*+.’”

  • Zaburi 102:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo wewe, ewe Yehova, uzobaho gushika igihe kitagira urugero+,

      Kandi icibutso cawe kizokwamaho uko iyaruka rikurikira irindi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika