Zaburi 71:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+. Zaburi 73:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nayo jewe, kwegera Imana bimbera vyiza+.Nashize ubuhungiro bwanje mu Mukama Segaba Yehova+,Kugira menyeshe ibikorwa vyawe vyose+.
17 Ewe Mana, wanyigishije kuva mu buto bwanje+,Kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe vy’agatangaza+.
28 Nayo jewe, kwegera Imana bimbera vyiza+.Nashize ubuhungiro bwanje mu Mukama Segaba Yehova+,Kugira menyeshe ibikorwa vyawe vyose+.