Zaburi 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nutume ngendera mu kuri kwawe kandi unyigishe+,Kuko uri Imana y’ubukiriro bwanje+. ו [Vau]Ni wewe nizigiye burinda bwira+. Zaburi 119:118 Bibiliya y’isi nshasha 118 Washibuye abo bose bazimira bakava ku ngingo nyobozi zawe+;Kuko amayeri yabo ari ibinyoma gusa+.
5 Nutume ngendera mu kuri kwawe kandi unyigishe+,Kuko uri Imana y’ubukiriro bwanje+. ו [Vau]Ni wewe nizigiye burinda bwira+.