ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 78:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Bagerageza kuyihenda n’akanwa kabo+;

      Bagerageza kuyibesha n’ururimi rwabo+.

  • Yeremiya 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kubera iki aba bantu, ari bo Yeruzalemu, bahemuka n’ubuhemu budahera? Barafashe uruyeri baragumya+; baranse kugaruka+.

  • Yeremiya 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Yehova yongera kumbwira ati: “Ubuhanuzi bw’ibinyoma ni bwo abo bahanuzi bavuga mw’izina ryanje+. Sinabatumye, eka kandi nta co nabategetse canke ngo ndababwire+. Bababwira mu buryo bw’ubuhanuzi ukwerekwa kw’ikinyoma, ukuragura, ikintu ata co kimaze+, n’amayeri yo mu mutima wabo+.

  • Yeremiya 23:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ivyo bizogeza ryari kuba mu mutima w’abo bahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma bakaba n’abahanuzi b’amayeri y’umutima wabo+?

  • Abanyefeso 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kugira ngo ntidusubire kuba inzoya, nk’abazungazungishwa+ n’ibisebuzi tujanwa irya n’ino n’umuyaga uwo ari wo wose w’inyigisho+ biciye ku mayeri+ y’abantu, biciye ku rwenge mu kurementanya uruhendo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika