Abaroma 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+. Abaheburayo 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.” Abaheburayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.
4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+.
5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.”
10 Kubera ko Itegeko rifise igitutu+ c’ibintu vyiza bizoza, mugabo atari umutumba nyene wa nya bintu, abantu ntibashobora kwigera batuma abegera Imana baba abatagira akanenge+ hakoreshejwe vya bimazi nyene bama bashikana ku mwaka ku mwaka.