Itanguriro 47:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.” 1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho. 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.
9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.”
15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho.
11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.