ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 None rero, ewe Mukama Segaba Yehova, uri Imana y’ukuri; nayo amajambo yawe, nabe ukuri+, kuko wasezeraniye umusavyi wawe iyi neza+.

  • Zaburi 71:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kubera ko watumye mbona amarushwa menshi n’ivyago vyinshi+,

      Nungarurire agatege+;

      Ongera unduze, unkure mu nyenga z’amazi z’isi+.

  • Zaburi 119:154
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 154 Yoo! niwifatire mu minwe urubanza rwanje, ungarukane+;

      Nunzigamire ubuzima nk’uko ijambo ryawe riri+.

  • Zaburi 143:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bw’izina ryawe+, ewe Yehova, nunzigame+.

      Mu bugororotsi bwawe+, nukure ubuzima bwanje mu marushwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika